RD Congo: Ubumwe bwa Buraya buriyamiriza iyirukanwa ry'uwubuserukira mw'ico gihugu

Umuryango w'Ubumwe bwa Buraya wiyamirije ingingo y'igihugu ca Repubulika y'Intwaro rusangi ya Congo (RD Congo) yo kwirukana uwuwuserukira muri ico gihugu, imbere y'amatora ategekanijwe ku munsi wa Mungu.

from BBC Gahuza - Urupapuro rw'itangiriro https://bbc.in/2SroWAG
via IFTTT

No comments:

Post a Comment