Prezida wa Philippine Rodrigo Duterte yasivye inama asinziriye

Ibiro vy'umukuru w'igihugu bivuga ko prezida wa Philippine Rodrigo Duterte yasivye imibonano myinshi mu nama y'akarere kubera yariko araruhuka aryamye.

from BBC Gahuza - Urupapuro rw'itangiriro https://ift.tt/2QJuiGi
via IFTTT

No comments:

Post a Comment