Perezida wa Tanzaniya yidogera abadadanza avuga ko bashaka kuzimba abarimyi b'ivyema

Perezida wa Tanzaniya John Magufuli yirukanye abashikiranganji b'indimo hamwe n'ubudandaji, yongera avuga ko agiye kugomora igisirikare mu ruhagarara rwatewe n'urudandazwa rw'ivyema.

from BBC Gahuza - Urupapuro rw'itangiriro https://ift.tt/2QBdEIT
via IFTTT

No comments:

Post a Comment