Nyuma y'umwaka Robert Mugabe akuwe, leta ya Zimbabwe ivuga imbere ko hasa neza mu vy'ubutunzi
Leta ya Zimbabwe yashikirije icegeranyo gitanga icizere mu bijanye no kunagura ubutunzi bw'ico gihugu, nyuma y'umwaka umwe Robert Mugabe akuwe ku butegetsi
from BBC Gahuza - Urupapuro rw'itangiriro https://ift.tt/2QHztH5
via IFTTT
No comments:
Post a Comment