Abatavuga rumwe na leta ya Kongo bari mu na muri Suisse ngo batore uwuzobaserukira mu matora ya Prezida

Abatavuga rumwe na leta ya Republika ya Demokrasi ya Kongo bari mu nama muri Suisse barondera guhuriza ku mu kandida umwe yobaserukira mu matora yo mu kwezi kuza

from BBC Gahuza - Urupapuro rw'itangiriro https://ift.tt/2PJkqPV
via IFTTT

No comments:

Post a Comment