Abantu 10 bishwe mu bumanuko bwa Etiyopiya mu ndyane zishingiye ku moko
Niburiburi abantu 10 bishwe mu mishamirano yadutse hagati y'imiryango y'aba Oromo n'aba Somali mu gisagara ca Moyale kiri mu bumanuko bw'igihugu ca Etiyopiya.
from BBC Gahuza - Urupapuro rw'itangiriro https://ift.tt/2RUe9hA
via IFTTT
No comments:
Post a Comment