Umugore w'umushinwakazi yiyahuye yica n'abana inyuma yaho umugabo abesheye ko yapfuye

Umugabo w'umugore yiyahuye akica n'abana babiri bavyaye inyuma yaho umushingantahe wiwe abesheye ko yapfuye kugira arihwe amahera yo kwiteganiriza kazoza ("assurance"), yishikanye mu gipolisi.

from BBC Gahuza - Urupapuro rw'itangiriro https://ift.tt/2AgvwTQ
via IFTTT

No comments:

Post a Comment