'Ukuri' kwa Arabie Saoudite ku iyicwa ry'umunyamakuru Jamal Khashoggi

Uyu munyamakuru aheruka kubonwa yinjira mu nyubako y'ibiro by'uhagarariye Arabie Saoudite muri Turukiya iri mu murwa mukuru Istanbul, hari ku itariki ya kabiri y'uku kwezi kwa cumi.

from BBC Gahuza - Urupapuro rw'itangiriro https://ift.tt/2NVim28
via IFTTT

No comments:

Post a Comment