ONU ivuga ko gusuzuma umukobwa ko ari isugi biteye kubiri n'agateka ka zina muntu
Umuryango mpuzamakungu ONU usaba ko umugenzo wo gusuzuma ko umukobwa canke umugore akiri isugi utegerezwa guhagarikwa, ko ari ikumira rishingiye ku gitsina.
from BBC Gahuza - Urupapuro rw'itangiriro https://ift.tt/2P4BcbU
via IFTTT
No comments:
Post a Comment