Onu iragabisha ku kibazo c'inzara muri Congo kibangamiye imiliyoni

Mu cegeranyo gishasha bivugwa ko inzara iri muri Repubulika y'intwaro rusangi ya Congo imaze kwikuba kabiri kuva mu mwaka uheze, nkuko vyasohowe n'umuryango mpuzamakungu Onu na leta ya Congo.

from BBC Gahuza - Urupapuro rw'itangiriro https://ift.tt/2AcRkzz
via IFTTT

No comments:

Post a Comment