Haraheze imyaka 25 umukuru w'igihugu Melchior Ndadaye agandaguwe n'abahiritse ubutegetsi mu 1993, ariko gushika uno munsi ubutungane bw'u Burundi ntiburashobora gukubita intahe mu ngahanga abakoze ubwo bubisha
from BBC Gahuza - Urupapuro rw'itangiriro https://ift.tt/2q0ktbo
via IFTTT
No comments:
Post a Comment