Abaregwa n'abarega mu rubanza kw'iraswa ry'indege ya Juvenal Habyarimana bavuga iki kw'isabwa ry'ihagarikwa ryarwo?

Nyuma y'aho ubushinjacaha mu rubanza kw'iraswa ry'indege yari itwaye uwahoze atwara u Rwanda, Juvenal Habyarimana n'abandi bategetsi, basabiye ko urwo rubanza rutoja mu mizi, BBC yavuganye n'impande zombi

from BBC Gahuza - Urupapuro rw'itangiriro https://ift.tt/2ROSpV7
via IFTTT

No comments:

Post a Comment