Perezida wa Zimbabwe Emmerson Mangagwa, aha asigura ko ubu abazana imitahe muri Afurika bagwiriye. Aho ari mu nama iriko ihuza indongozi za Afurika n'ubushinwa, Mnangagwa yavuze ko vuba uwo mugabane uzoba ufise ikibanza ciza mu vy'Ubutunzi na Politike mpuzamakungu
from Voice of America https://ift.tt/2Pzim9f
via IFTTT
No comments:
Post a Comment