Jean Pierre Bemba yasubiye mu gihugu ciwe ca RD Congo inyuma y'imyaka cumi apfunzwe

Umukuru w'abatavuga rumwe na reta muri Congo, Jean Pierre Bemba yakiriwe muri ico gihugu inyuma yo kumara imyaka cumi ari mw'ibohero hanze y'igihugu.

from BBC Gahuza - Urupapuro rw'itangiriro https://ift.tt/2AtmC7v
via IFTTT

No comments:

Post a Comment