Abanyagihugu barangurira imirimo ku nkengera z'ikiyaga Tanganyika (mu gisagara ca Bujumbura) basaba reta gutorera inyishu ikibazo c'inzuzi zisuka muri ico kiyaga imicafu inuka ikabangamira amagara y'abantu n'ibinyabuzima bikirimwo.
from BBC Gahuza - Urupapuro rw'itangiriro https://ift.tt/2LTAOv8
via IFTTT
No comments:
Post a Comment