Trump arahatira Kenya gufata imitungo ya Sudani y'epfo.
Urubuga rwa Daily Nation rwo muri Kenya ruvuga ko reta y'ico gihugu iguma inana ku gitsure ca Amerika isaba ko amatungo yose y'abategetsi ba Sudani y'epfo yofatwa.
from BBC Gahuza - Urupapuro rw'itangiriro https://ift.tt/2MF5Nsj
via IFTTT
No comments:
Post a Comment