Ibihano kuri Korea ya ruguru bizogumaho gushika ibigwanisho ruhonyanganda vyose bisambuwe

Mike Pompeo avuga ko ata gihano na kimwe kizovanwaho gushika igihe Korea ya ruguru izoba imaze gusambura ibigwanisho vyose ruhonyanganda.

from BBC Gahuza - Urupapuro rw'itangiriro https://ift.tt/2JOsCv1
via IFTTT

No comments:

Post a Comment