Abafaransa 4 n'umurundi umwe barapfunzwe bagirizwa ubusuma mu Burundi

Abo bafaransa bane bahagaritswe bagishika ku kibuga c'indege ca Bujumbura mu mpera z'indwi iheze baca bajanwa mu mabohero atandukanye ari hirya no hino mu gihugu c'Uburundi.

from BBC Gahuza - Urupapuro rw'itangiriro https://ift.tt/2KgMrbf
via IFTTT

No comments:

Post a Comment