Inama nshingamateka ya Gabon yafuswe, umukuru wa leta arabogozwa

Sentare y'ibwirizwa shingiro muri Gabon yafuse inama nshingamateka inabwiriza umushikiranganji wa mbere gutanga imihoho, nyuma y'aho amatora y'abashingamateka yatebejwe, asibijwe mu kwezi kwa kane

from BBC Gahuza - Urupapuro rw'itangiriro https://ift.tt/2rcBjEk
via IFTTT

No comments:

Post a Comment