Umugambwe CNDD-FDD, watangurije isekeza ryo kuzotora ego mu matora yo kwemeza canke guhakana ihinyanyurwa ry'ibwirizwa shingiro mu ntara ya Gitega. Presida Nkurunziza, abategetsi batandukanye b'igihugu no mu mugambwe CNDD-FDD , bamwe mu baserukira ibihugu bari baje mrui komine ya bugendana ahabereye ico gikorwa. Abafashe ijambo n'umunyamabanga mukuru wa CNDD-FDD hamwe n'umukuru w'igihugu c'Uburundi. Umumenyeshamakuru Fidele d'Antoine Nsabimana, Ijwi rya Amerika, i Gitega:
from Voice of America https://ift.tt/2rlJwqy
via IFTTT
No comments:
Post a Comment