Macron aremeza ko Trump agiye kwikura mu masezerano ya Iran

Umukuru w'igihugu c'Ubufaransa aremera ko yoba yananiwe kugondoza mugenzi we wa Amerika kuguma mu masezerano ya Iran yo muri 2015.

from BBC Gahuza - Urupapuro rw'itangiriro https://ift.tt/2r2S8Bt
via IFTTT

No comments:

Post a Comment