Igihe
Amasanamu ya Winnie Mandela Yitavye Imana ku Myaka 81
Madame Winnie yari afise imyaka 81 akaba yitavye umuremyi aho yari arwariye mu bitaro vy’i Johanesburg muri Afrika y’epfo. Iyo nkuru yatangajwe n’umuvugizi wiwe.
from Voice of America https://ift.tt/2JgshhR
via
IFTTT
No comments:
Post a Comment
‹
›
Home
View web version
No comments:
Post a Comment