Kidum avuga ko hari abashatse kumuroga ari mu Burundi

Umuririmvi w'Umurundi rurangiranwa mu karere ka Afrika y'ubuseruko, Jean Pierre Nimbona, azwi cane kw'izina rya Kidum, yabwiye BBC ko hari abashatse kumuroga ejo mu Burundi

from BBC Gahuza - Urupapuro rw'itangiriro https://ift.tt/2pJyr0M
via IFTTT

No comments:

Post a Comment