Imyiyerekano i Kemerovo nyuma y'umuriro wishe abana 41

Habaye imyiyerekano mu muji wa Kemerovo mu ntara ya Serbiya mu Burusiya, nyuma y'aho umuriro mu kibanza c'ubudandaji ca kijambere, uhitaniye abantu 64 harimwo abana mirongo ine n'umwe

from BBC Gahuza - Urupapuro rw'itangiriro https://ift.tt/2ISIBVE
via IFTTT

No comments:

Post a Comment