Lady Gaga yahagaritse ibiteramo kubera 'ukubabara cane'

Umuririmvyi Lafy Gaga afise ingwara ya Fibromyalgia, avuga ko ababaye cane ariko ko akeneye kubanza kwitaho amagara yiwe ubwa mbere.

from BBC Gahuza - Urupapuro rw'itangiriro http://ift.tt/2ny5nJs
via IFTTT

No comments:

Post a Comment