Impunzi 10 z'Abarundi Zahagaritswe mw'Ikambi ya Nduta

Impunzi z’Abarundi  zirenga icumi harimwo abaserukira abandi barafungiwe mw’ikambi y’impunzi  I Nduta muri Tanzaniya. Abandi batatu na bo bungururijwe mw'ibohero riri  ku mugwa mukuru w’intara ya Kigoma iyo kambi irimwo. Bagirizwa ko boba bafitaniye imigenderanire n’imigwi y’abarwanyi irwanya reta y’Uburundi. Ni inkuru y'umemenyeshamakuru w'Ijwi rya Amerika, Pierre Claver Niyonkuru, ari i Arusha mu gihugu ca Tanzaniya.          

from Voice of America http://ift.tt/2s3hzq7
via IFTTT

No comments:

Post a Comment