Amerika yiyamirije irahira rya Raila Odinga

Igihugu ca Leta Zunze Ubumwe za Amerika kivuga ko gitereye kure ukwirahiza kwa kizigenza w'imigambwe itavuga rumwe n'ubutegetsi Raila Odinga.

from BBC Gahuza - Urupapuro rw'itangiriro http://ift.tt/2nAeU2P
via IFTTT

No comments:

Post a Comment