Abimukira benshi basubiye gusiga ubuzima mu kiyaga

Ikigo ca ONU kijejwe abimukira, IOM, kivuga ko hari abantu benshi bapfuye igihe ubwato barimwo bwarohoma mu burengero bw'inkegero za Libiya

from BBC Gahuza - Urupapuro rw'itangiriro http://ift.tt/2BOCKMn
via IFTTT

No comments:

Post a Comment