Abakozi mu Burundi bidogera agashahara kaciwe

Mu Burundi amashirahamwe y'abakozi, sendika, avuga ko leta yari ikwiye kubanza kubangira gukata abakozi intererano y'amatora yo mu 2020 mu gihe ibiganiro vyo kwumvikana kuri ico kibazo bikibandanya

from BBC Gahuza - Urupapuro rw'itangiriro http://ift.tt/2nEc63B
via IFTTT

No comments:

Post a Comment