Korea ya ruguru yuguruye kandi umuhora bavuganirako na Korea y'epfo.

Uwo muhora wa telefone wari wugawe haraheze hafi imyaka ibiri kw'itegeko rya prezida wa Korea ya ruguru.

from BBC Gahuza - Urupapuro rw'itangiriro http://ift.tt/2CIBIUi
via IFTTT

No comments:

Post a Comment