Uwagize igitero c'i New York yaburanishijwe

Abashikirizamanza bo mu gisagara ca New York bitwariye umwimukira yagirizwa kugira igitero cahitanye abantu umunani muri ico gisagara muri Amerika.

from BBC Gahuza - Urupapuro rw'itangiriro http://ift.tt/2gVteil
via IFTTT

No comments:

Post a Comment