Ibiganiro bihuza Abarundi vyatanguye kur’ uyu wa mbere i Arusha muri Tanzaniya. Reta y'Uburundi yitavye ivyo biganiro. Abaserukira abatavugarumwe na reta hamwe n'abashirahamwe yigenga bahunze igihugu, ntibitavye. Ibiro vy'umuhuza bivuga ko habwirizwa kuboneka amasezerano yo kugarukana amahoro mu Burundi. Mushobora gutega amatwi inkuru y’umumenyeshamakuru w’Ijwi rya Amerika, I Arusha, Pierre Claver Niyonkuru:
from Voice of America http://ift.tt/2iYXcnk
via IFTTT
No comments:
Post a Comment