Burundi: Ababa hanze binjiza amahera menshi kurusha ayava i Buraya

Abarundi baba mu mahanga bavuga ko bafise uruhara runini mw'iterambere ry'igihugu mu gihe amahera binjiza mu gihugu aruta ay'umuryango w'ibihuguy vya Buraya wagenera u Burundi, vyavugiwe mu nama barimwo i Bujumbura.

from BBC Gahuza - Urupapuro rw'itangiriro http://ift.tt/2tVA1xG
via IFTTT

No comments:

Post a Comment